Umuntu aravuka, agakura munyuma agapfa!
Umuntu aba muzima, kubera amagara kuko iyadafise amagara ntashobora kuba muzima.
Umuntu kugira ashobore kugira amagara meza, n’uko yofungura ivyo umubiri ukeneye( imfungurwa zigizwe na : Ndemamubiri, Ntanganguvu, Nsanganyangaburo)
Kubera ko Isi isa n’iyatitutse, dusanga ivyo umubiri ukenera tutakibironka ku rugero rushimishije, bigatuma umubiri wacu uca ubaho ufise ibibura ariho twisanga tutagifise inguvu gutyo tukisanga mu ndwara zitandukanye nyinshi murizo tukazita ngo n’intakira(maladies chroniques)
Vyoba bigikunda ko indwara y’intakira ishobora gukira!?
Kugira muronke insobanuro ikwiye, mwotwakura kuri: 👇👇
+257 61 150 629 (whatsapp ou mobile) , +257 79 316 133 canke mukandika kuri bukurujcld@gmail.com
