Umuntu aravuka, agakura munyuma agapfa! Umuntu aba muzima, kubera amagara kuko iyadafise amagara ntashobora kuba muzima. Umuntu kugira ashobore kugira amagara meza, n’uko yofungura ivyo umubiri ukeneye( imfungurwa zigizwe na : Ndemamubiri, Ntanganguvu, Nsanganyangaburo) Kubera ko Isi isa n’iyatitutse, dusanga ivyo umubiri ukenera tutakibironka ku rugero rushimishije, bigatuma umubiri wacu uca ubaho ufise ibibura arihoLire la suite « Amagara meza, nibwo butunzi nyabwo »